Double Jay - Numva Nshaka (Official Music Video)

  • Official Music Video of "Numva Nshaka" performed by Double Jay Signed under BantuBwoy Music
    Video Director: John Elarts
    Prod. by Endo Mike The Machine
    Audio and Video by Bantu Bwoy Entertainment 2019
    Location: Bujumbura, BURUNDI
    Numva Nshaka (LYRIC)
    Cheiii....!!!
    Endo mike the machine
    Bad boy killer
    Double jay once Again
    1.Hello baby mbega mwiza wanje uranyunva/
    Hello mamy je hari ukuntu niyunva/
    Please fata bajaj nyaruka unsange i muhira/
    Ni kenshi wahaje ndazi nturahibagira/
    Hari ikintu canje cama gituma ndagukumbura/
    Baby am so lonely.....eeehh!!
    Ngwino undabe.......Eeeeh!!
    Mbega kutabonana kandi dukundana/
    Vyoba bimaze iki ?
    Ko numva ndagushaka ma kwihangana/
    Ko vyanse nkore iki??
    Chorus: Je numva nshaka aaah (eeeh aaah)
    Je numva icaka Aaah (eeh aaah)
    Je numva nshaka aaaaaaah (eeeh aaah)
    Come baby girl umpe umpe (Urukundo rwawe)
    Umpe umpe eeeeh
    Come baby girl umpe umpe (urukundo rwawe)
    Je numva ngukumbuye.....!!!
    YEAH ALL I NEED IS YOUR LOVE
    BABY COME COME GIMME YOUR LOVE
    ( x2)
    2. Ngwino untabare umuriro watse kizimya moto/
    Ingo ntibihare je nishwe nimbeho nkeneye joto/
    Haracari kare upfuma umara nakanya gato/
    Ooooh baby......
    Nkumbuye twa du Kiss twawe mama/
    Raba haciye imisi mawe mama/
    Baby am so lonely.....eeehh!!
    Ngwino undabe.......Eeeeh!!
    Mbega kutabonana kandi dukundana/
    Vyoba bimaze iki ?
    Ko numva ndagushaka ma kwihangana/
    Ko vyanse nkore iki??
    Chorus: ........................
    3. Oooh my baby boo come come To my Room
    I miss how you dancing shaku shaku
    Je numva ngushaka Boku Boku
    (x2)
    (©)Bantu Bwoy Music 2019
    #Numvanshaka #doublejay #bantubwoy
    Catch Up With Double Jay on
    Instagram:www.instagram.com/doublejay_onceagain/
    Facebook:web.facebook.com/doublejayOnceAgain/

    Category : Burundi Music Videos

    #double#jay#numva#nshaka#official#music#video

    0 Comments and 0 replies
arrow_drop_up